Igice ca gatanu - Cinquième partie
„Abapfuye bandi ntibaba bazima iyo myaka igihumbi itarashira. Ukwo ni kwo kuzuka kwa mbere.“ Ivyahishuriwe Yohana 20,5 Twishimikije Ijambo ry'Imana dusoma muri Bibiliya twasobanukiwe neza yuko abantu bose bazozuka ariko batazozukira rimwe. Mu gitabu ca Daniyeli 12,2 dusoma yuko abenshi mu bazoba basinziriye hasi bamwe bazokwikangurira amahirwe abandi nabo bikangurire amagorwa. Mw'ibaruwa rya mbere ryandikiwe abanya Tesaloniki 4,13-17 Ijambo ry'Imana ritubwira yuko abazoba bakiri bazima batazotanga abazoba basinziriye bari muri Kristo) mw'ivu hasi, aba nibo bazobanza kuzuka abazoba bakibona bari mu Mwami Yesu bazoca baterurirwa mu kirere baje gusanganira Yesu Kristo. Mw'ibaruwa ryambere ry'abanye Korinto 15,51-53 hatubwira yuko abazoba bakiriho bari muri Kristo batazopfa ariko bazohindurirwa umubiri, bakaronka uwutazoba ushora gupfa. None ni bande batazozuka ico gihe ni bande? Abazozuka inyuma y'iyo myaka igihumbi bazoba baje gucirwa urubanza. Ruzocibwa na Yesu Kristo afatanije n'abera bazoba bari kumwe n'ukuvuga abazutse. Abatazoba bahari ni: Abatizera – Abatemeye Yesu Kristo ; Abo nibo ba antikristu
„Kuko Imana yakunze urukundo abari mw'isi ari rwo rwatumye itanga umwana wayo w'ikinege, ngo uwumwizera wese ntazopfe rubi, ariko ahabwe ubugingo budashira. Kuko Imana itatumye Umwana wayo gucira urubanza abari mw'isi, ariko yamutumye ngo abari mw'isi bakizwe na we. Uwumwizeye ntazotsindwa n'urubanza, ariko uwutamwizeye aramaze gutsindwa, kuko atizeye izina ry'Umwana w' Imana w'ikinege.“ Yohana 3:16-18 Hariho n'irindi jambo rivuga ibisa n'ivyo „Umubeshi ni nde, atari uwuhakana ko Yesu ari Kristo? Ni we Antikristo, ahakana Data wa twese n'Umwana. Umuntu wese ahakana Umwana, na Data wa twese ntamufise. Uwemera Umwana afise na Data wa twese. „ 1Yohana 2:22-23 Nta yindi nzira dushobora gukirizwamwo atari muri Yesu Kristo gusa. Nta rindi zina ryatanzwe „Kandi nta wundi agakiza kabonerwamwo, kuko ata rindi zina musi y'ijuru ryahawe abantu dukwiye gukirizwamwo. „ Ivyakozwe N’intumwa 4:12 Muri make udafise Yesu Kristo ( muri we) ntaco aba afise. Abandi batazozuka mu ba mbere kuko batazohahonyoza ikrenge mu Bwami bw'ijuru ni Ibihumbu/ abasambanyi b'ubwoko bwose abakora ubuhumbu n'ubuhehesi, Abasenga ibigirwamana, abafise ic'arico cose arutisha Imana (imana yabo n'inda) “ Iherezo ryabo ni uguhona, imana yabo ni inda, biratana ibiteye isoni vyabo, ivyo isi ni vyo bababaye. Tweho i wacu ni mw'ijuru, ni ho twiteze Umukiza ko azova, ni we Mwami Yesu Kristo,“ Filipi 3,19 -20 Mw'ibaruwa ryandikiwe abaroma havuga gurtya: „Kuko abameze batyo, batajakariye Umwami wacu Kristo, ariko bajakariye inda zabo, kandi bohesha imitima y'aberanda amajambo meza n'ivyo kubanezereza. „ Abaroma 16,18 Abandi batazohahonyoza ikirenge n' Abasambana bahuje ibitsina, Abasambana n'abana, abasambana n'abanyamuryango b'ibizira (inceste), abasambana n'ibikoko, abikinisha kimwe n'abakoresha uyuma, imipira, amakurudumu canke ibindi. „Ntimuzi yuko abagabitanya batazoragwa ubwami bw'Imana? Ntimuzimire; abashurashuzi, canke abasenga ibigirwamana, abasambanyi, abagabo basambana, abagabo basambana n'abandi bagabo, ibisuma, abifuza, imborerwa, abatukana canke abasahura, ntibazoragwa ubwami bw'Imana.“ Abo I Korinto Rya Mbere 6:9-10
Iki
gisomwa kibanya kitwigisha gurtya: Abo I Korinto Rya Mbere 6:18-19 Turacari kuri ca kibazo kivuga ngo ni bande batazozuka ubwa mbere. Imborerwa
Ikiboreza
ugihe uri hafi gupfa, Aha naho hatubwira uku: „Bazobana ibara, abigira agakura mu kunywa vino, bakaba abagabo bo guturiranya ibiboreza.“ Yesaya 5,22 Kuri ico kibazo co kunywa no kuborerwa harakunda kuboneka impari nyinshi, Mpwemu Yera umufise muri wewe azokubwira yuko ari vyiza canke ari bibi canke azokwihera urugezo rubereye. Kubwanje nokubwira nti vyiza ntukanywe.
Abandi batazozuka mu ba mbere
n'Abasuma, Abasahura, abarenganya abandi, Ababeshi, abungura, abanyenzigo Abatukana, Abavumana, Abahemana Abahemu, abahemuka, abasukana Abarozi, abanyamareba Abicanyi, abakunda amaronko vy'umurengera ( Les cupides) „Nuko, ko dufise umuherezi mukuru akomeye, yaciye mw'ijuru, ni Yesu Umwana w'Imana, tubangirize ivyo twizera tukavyatura. Kuko umuherezi mukuru dufise, atari uwudashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko ni uwageragejwe uburyo bwose nkatwe, yamara we nta caha yakoze. Nuko ni twegere intebe y'ubuntu dushize ubwoba, kugira ngo turonke ikigongwe, tubone ubuntu bwo kudutabara mu gihe gikwiye.“ Abaheburayo 4:14-16 „ Uhanurwa kenshi akagamika izosi Azavunagurwa giturumbuka, atagira gitababara.„ Imigani 29,1 ***
|
„Les autres morts ne revinrent point à la vie jusqu'à ce que les mille ans fussent accomplis. C'est la première résurrection. „ Apocalypse 20,5 Nous avons compris en lisant la Parole de Dieu de la Bible que tout le monde ressuscitera un jour mais pas tous à la fois. Le prophète nous a laissé une révélation là-dessus. "Plusieurs de ceux qui dorment dans la poussière de la terre se réveilleront, les uns pour la vie éternelle, et les autres pour l'opprobre, pour la honte éternelle." Daniel 12,2 Dans 1 Thessaloniciens 4,13-17 la Parole de Dieu nous dit que ceux qui seront encore en vie (au moment où Jésus-Christ viendra prendre son Église) ne dévanceront pas les morts en Christ encore en terre. Ce sont ces derniers qui ressusciteront premièrement. Ils vivants seront par la suite enlevés dans les airs où ils rejoindront les Le Seigneur et les ressuscités. La première lettre de Paul aux Corinthiens 15,51-53 donne une précision en confirmant que tout le monde ne mourra pas mais que tous seront changés. Les incrédules. Ce sont ceux-là qui ne croient pas en Jésus-Christ. La Bible les nomme „antichrists.“ „Car Dieu a tant aimé le monde qu'il a donné son Fils unique, afin que quiconque croit en lui ne périsse point, mais qu'il ait la vie éternelle. Dieu, en effet, n'a pas envoyé son Fils dans le monde pour qu'il juge le monde, mais pour que le monde soit sauvé par lui. Celui qui croit en lui n'est point jugé; mais celui qui ne croit pas est déjà jugé, parce qu'il n'a pas cru au nom du Fils unique de Dieu.“Jean 3,16-18 Nous sommes confrontés aux questions que nous posent plus d'un. Ils nous demandent s'il n'y a pas d'autre voie par laquelle l'homme peut être sauvé en dehors de Jésus-Christ. Jésus nous dit que: „ ... nul ne vient au Père sans passer par Lui“ Jean 14,6 Par ailleurs la Parole de Dieu nous apprend cela „ Il n'y a de salut en aucun autre; car il n'y a sous le ciel aucun autre nom qui ait été donné parmi les hommes, par lequel nous devions être sauvés. „ Actes 4,12 „Qui est menteur, sinon celui qui nie que Jésus est le Christ? Celui-là est l'antéchrist, qui nie le Père et le Fils. Quiconque nie le Fils n'a pas non plus le Père; quiconque confesse le Fils a aussi le Père „ 1Jean 2,22-23 Parmi ceux qui ne ressusciteront pas au premier tour figurent les catégories. Il est même précisé qu'ils n'hériteront pas le royaume de Dieu La Bible cite parmi eux entre autres: Les impudiques, ni les idolâtres, les adultères, les infâmes, les injustes „Leur fin sera la perdition; ils ont pour dieu leur ventre, ils mettent leur gloire dans ce qui fait leur honte, ils ne pensent qu'aux choses de la terre.“ Philippiens 3,19 „„Car de tels hommes ne servent point Christ notre Seigneur, mais leur propre ventre; et, par des paroles douces et flatteuses, ils séduisent les coeurs des simples. Pour vous, votre obéissance est connue de tous; je me réjouis donc à votre sujet, et je désire que vous soyez sages en ce qui concerne le bien et purs en ce qui concerne le mal.“ Romains 16,18 -19 Qui d'autre sera absent? Les efféminés, les incestes... À lire 1 Corinthiens 6, 9- 10; Apocalypse 21, 8 et Apocalypse 22, 15 Il faut ajouter à cette liste les voleurs, les cupides, les outrageux, les
ravisseurs,
les lâches, les incrédules, les abominables, les meurtriers, les impudiques, les enchanteurs, les idolâtres, et tous les menteurs, les chiens (= dirigeants infidèles selon le commentaire biblique), les enchanteurs, les impudiques, les meurtriers, les idolâtres, et quiconque aime et pratique le mensonge! Nous trouvons das 1Corinthiens d'autres enseignements utiles tels: " Fuyez l'impudicité. Quelque autre péché qu'un homme commette, ce péché est hors du corps; mais celui qui se livre à l'impudicité pèche contre son propre corps.Ne savez-vous pas que votre corps est le temple du Saint Esprit qui est en vous, que vous avez reçu de Dieu, et que vous ne vous appartenez point à vous-mêmes?" 1Corinthiens 6,18-19 Les ivrognes La Parole de Dieu précise aux croyants que la meilleure des choses qu'il aimerait les voir faire c'est de les voir imiter son comportement. En fait tous ceux qui vivent dans le péché vivent en ennemis de Dieu. "Soyez tous mes imitateurs, frères, et portez les regards sur ceux qui marchent selon le modèle que vous avez en nous. Les idolâtres "Car il en est plusieurs qui marchent en ennemis de la croix de Christ, je vous en ai souvent parlé, et j'en parle maintenant encore en pleurant." Les ivrognes „Donnez des liqueurs fortes à celui qui périt, Et du vin à celui qui a l'amertume dans l'âme; Qu'il boive et oublie sa pauvreté, Et qu'il ne se souvienne plus de ses peines.“ Proverbes 31,6-7 „Malheur à ceux qui ont de la bravoure pour boire du vin, Et de la vaillance pour mêler des liqueurs fortes; „ Esaie 5,22 En guise de conseil nous lisons les recommandations qui nous ont été données. „Un homme qui mérite d'être repris, et qui raidit le cou, sera brisé subitement et sans remède.“ Proverbes 29,1 „Ainsi, puisque nous avons un grand souverain sacrificateur qui a traversé les cieux, Jésus, le Fils de Dieu, demeurons fermes dans la foi que nous professons. Car nous n'avons pas un souverain sacrificateur qui ne puisse compatir à nos faiblesses; au contraire, il a été tenté comme nous en toutes choses, sans commettre de péché. Approchons-nous donc avec assurance du trône de la grâce afin d'obtenir miséricorde et de trouver grâce, pour être secourus dans nos besoins.“ Hébreux 4, 14-16 ***
|
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire