Ukugaruka kwa Kristo- intambara ya Haru- Magedoni/ Le retour du Christ - la gueurre d'Harmaguédon

 Igice c'indwi - Septième partie

Ukugaruka kwa Kristo – Ni nde azokora iki – ryari?


Intambara ya Harimagedoni ni nde azoyitera?

„ Ehe ndaza nk'igisuma. Hahiriwe uwuba maso, akazigama impuzu ziwe, ngo ntagende amenya, bakabona isoni z'ubwambure bwiwe.„ Ivyahishuriwe Yohana 16,15

Kandi mbona mu kanwa ka ca gisato no kanwa ka ca gikoko no kanwa ka wa muvugishwa w'ubinyoma havamw'

Impwemu zitatu (z'abadayimoni) zihumanye, zisa n'ibikere zikora ibimenyetso zija ku bami bo mw isi yose, ngo zibakoranirize ku ntambara yo ku munsi uhambaye w'Imana Ishobora vyose.“...zibakoraniriza ahantu hitwa Haru-Magedoni mu Giheburayo.“*

Ivyahishuriwe Yohana 16,13- 14, 16

... Mw'ijuru haboneka igisato c'amahero gisa n'ikibebenge...“Ivyahishuriwe Yohana 12,3

... ca gisato kigiha (giha ico gikoko) ububasha bwaco, no kuja ku ngoma yaco, n'ubutware buhambaye.“Ivyahishuriwe Yohana 13,2

Mu minsi iheze twarasomye ngo

Mbona umumarayika amanuka avuye mw'ijuruafise urupfunguruzo rw'i kuzimu, afise n'ikinyororo mu minwe.  Afata ca gisato, ni co ya nzoka ya mbere, ni yo mugarariji irindi ni Satani, akiboha ngo kimare imyaka igihumbi,  agikororera i kuzimu, arahadadira, ashirako ikimenyetso kikirumanya, kugira ngo nticongere kuzimiza amahanga, gushitsa aho iyo myaka 1000 izoshirira; ni yashira gikwiye kubohorwa ngo kimare igihe gito.  Ivyahishuriwe Yohana 20,1-3

.....igisato c'amahero gisa n'ikibebenge...gifise

Imintwe 7 n'amahembe 10

n'imigara 7 ku mitwe yaco, umurizo waco ukwega ikigira gatatu c'inyenyeri zo kw'ijuru, uzishiburira kw'isi....

Ivyahishuriwe Yohana 12,3

 „Ehe ndaza nk'igisuma, hahiriwe uwuba maso, akazigama impuzu ziwe, ngo ntagende amenya, bakabona isoni z'ubwambure bwiwe. Izo Mpwemu zitatu zihumanye zibakoraniriza (abami bo mw'isi ngo baje mu ntambara) ahantu hitwa Har Magedoni.“mu Giheburayo. „

Ivyahishuriwe Yohana 16,15-16

Kand'amahembe cumi wabonye nibo bami cumi batarima, ariko bahabwa kuganziriza hamwe na ca gikoko nk'abami nyene, kumara isaha imwe. Abo bazorwanya umwagazi w' intama , umwagazi w' intama AZOBANESHA, kukw ariwe aganza abaganza n'Umwami w'abami, kand'ari abari kumwe na we, bahamagawe, batoranijwe, bayobotse, nabo bazonesha.“ Ivyahishuriwe Yohana 17,12-14

Umuhanuzi Yesaya ati:

Nimuboroge, kuk'umunsi w'Uhoraho uri hafi: uzoza ar umunsi wo guhonya uvuye kw'Ishobora vyose. Ivyo bizotuma amaboko yose adendebuka n'umutima w'umuntu wese ushonga.“ Yesaya 13, 6-7

Insiguro mu ncamake :

Igisato= Satani=Ikiyoka ca mbere 

Igikoko= Uyu N'umutegetsi mu vya Politike/ intwaro ategekwa na Satani ubwiwe

Umuhanuzi w'ibinyoma= Umutegetsi w'idini ni nawe Antikristu. Ahabwa amategeko Satani ubwiwe

                     ./.

Le retour du Christ – Qui fera quoi et quand?

La guerre d'Harmaguédon... qui la provoquera?

„ Voici, je viens comme un voleur. Heureux celui qui veille, et qui garde ses vêtements, afin qu'il ne marche pas nu et qu'on ne voie pas sa honte! „ Apocalypse 16,15

Et je vis sortir de la bouche du dragon, et de la bouche de la bête, et de la bouche du faux prophète, trois esprits impurs, semblables à des grenouilles.

 Car ce sont des esprits de démons, qui font des prodiges, et qui vont vers les rois de toute la terre, afin de les rassembler pour le combat du grand jour du Dieu tout puissant.... Ils les rassemblèrent dans le lieu appelé en hébreu Harmaguédon.“* Les trois esprits (de démons) impurs, semblables à des grenouilles qui font des prodiges ( signes surnaturels) pour tromper les rois et les nations … pour les entraîner, les rassembler pour le combat du grand jour du Dieu Tout- Puissant.“ Apocalypse 16,13-16

Apocalypse 12,3... C'était un grand dragon rouge feu...

Apocalypse 13,2... le dragon lui ( la bête) donna sa puissance, son trône et une grande autorité

Apocalypse 20,1-3...l'ange saisit le dragon et le lia.

Apocalypse 12,3... C'était un grand dragon rouge feu...ayant

7 têtes et 10 cornes

7 diadèmes sur les têtes, sa queue entraîne 1/3 des étoiles.

Voici, je viens comme un voleur. Heureux celui qui veille, et qui garde ses vêtements, afin qu'il ne marche pas nu et qu'on ne voie pas sa honte! - Ils les rassemblèrent dans le lieu appelé en hébreu Harmaguédon.“ Apocalypse 16,15-16

 „Puis je vis descendre du ciel un ange, qui avait la clef de l'abîme et une grande chaîne dans sa main. Il saisit le dragon, le serpent ancien, qui est le diable et Satan, et il le lia pour mille ans.  Il le jeta dans l'abîme, ferma et scella l'entrée au-dessus de lui, afin qu'il ne séduisît plus les nations, jusqu'à ce que les mille ans fussent accomplis. Après cela, il faut qu'il soit délié pour un peu de temps.“ Apocalypse 20,1-3

Les dix cornes que tu as vues sont dix rois, qui n'ont pas encore reçu de royaume, mais qui reçoivent autorité comme rois pendant une heure avec la bête. Ils ont un même dessein, et ils donnent leur puissance et leur autorité à la bête.  Ils combattront contre l'agneau, et l'agneau les vaincra, parce qu'il est le Seigneur des seigneurs et le Roi des rois, et les appelés, les élus et les fidèles qui sont avec lui les vaincront aussi.“ Apocalypse 17,12-14

Gémissez, car le jour de l'Éternel est proche: Il vient comme un ravage du Tout Puissant. C'est pourquoi toutes les mains s'affaiblissent, Et tout coeur d'homme est abattu.“ Ésaie 13, 6-7

En résumé :

Le dragon=Diable=Satan=Serpent ancien

La bête= Il s'agit d'une autorité politique qui dépend de Satan

Le faux prophète= Une autorité religieuse. Son autre nom c'est l'Antéchrist. Il recoit ses ordres de Satan.  

                ./.












Aucun commentaire: