Ukugaruka kwa Yesu Kristo - Bizogenda gute//Retour de Jésus-christ - Schéma chronologique

Igice ca mbere -  Première Partie 

Igihe co kugaruka kwa Yesu Kristo hazoba ibi bikwirikira.


Le retour de Jésus- Christ se conformera plus ou moins au schéma chronologique suivant


    1.Umwami wacu ubwiwe zoza, amanutse avuye mw'ijuru aranguruye ijwi rirenga hamwe n'akamo k'umumalayika mukuru n'inzamba y'Imana.

  1. Maz'abapfiriye muri Kristo ni bo bazobanza kuzuka

  1. Maze natwe abazoba bakiriho dusigaye tuzoca duteruranwa nabo mu bicu

4.dusanganire Umwami mu kirere 

          (1 Abatesaloniki 4,13-17)

5. Umurwanizi yishira hejuru y'icitwa Imana cose canke igisengwa; azokwicara mu rusengero rw'Imana yiyerakana ngo n'Imana.          (2 Abatesaloniki 2,4-6)

6. Nzoba nkoranije amahanga yose ngw'atere i Yerusalemu;...Uhoraho azokwisidukira arwane n'ayo mahanga ....azohagarika ibirenge ku musozi Elayono ... Kandi Uhoraho azoba Umwami aganza isi yose...Uhoraho azomenyekana kw'ar'umwe gusa , n'izina riwe ari rimwe gusa. » Zakariya 14 :2-9

...Umve ngira ntume integuza yanje indoranirize inzira imbere yanje kandi Umwami murondera azoshika giturumbuka mu rusengero rwiwe, ari we ntumwa y'isezerano munezerererwa, eh'araje, niko Uhoraho nyen'ingabo agize. »

Malaki 3 :1

    7. Mbona umumalayika amanuka avuye mw'ijuru, afise urupfunguruzo rw'i kuzimu, afise n'ikinyororo mu minwe.

    Afata caca gisato, nico ya nzoka ya mbere ni yo Murwamizi irindi ni Satani, akiboha ngo kimare imyaka igihumbi (1000), agikororera i kuzimu aradadira...“

    Ivyahishuriwe Yohana 20 :1-3

- 8. « Mbona intebe z'ubwami...kandi mbona ubugingo bw'abaciwe amazosi babahora gushingira intaheYesu n'Ijambo ry'Imana batasenze ca gikoko canke igishushanyo caco, kandi ntibemeye gushirwa ikimenyetso caco mu ruhanga canke ku kiganza...bazoba abaherezi b'Imana na Kristo, Kandi bazofatanya na we kuganza imyaka igihumbi( 1000) »Ivyahishuriwe Yohana 20 :4-6

Ibizokwirikira inyuma y'Bbwami bw'imyaka igihumbi (1000) tuzobitanga ubutaha » ---

./.



1. Au son de la trompette de Dieu, le Seigneur descendra du Ciel.

2. Les morts en Christ ressusciteront en premier lieu

3. Ensuite, nous les vivants (qui sommes en Christ) serons enlevés avec eux (les morts ressuscités) dans les nuées.

4. Nous irons alors ensemble à la rencontre du Seigneur dans les airs.

     (1 Thessaloniciens 4,13-17)

5. L'adversaire qui s'élève au-dessus de tout ce qu'on appelle Dieu se fera passer lui-même pour Dieu 

         (2 Thessaloniciens 2,4-6)

6. Toutes les nations seront regroupées à Jérusalem pour le combat...L’éternel sortira et combattra ces nations....Ses pieds se placeront en ce jours sur le mont des oliviers... L'Eternel sera roi de toute la terre... L'éternel sera (le nom) unique. » Zacharie 14 :2-9

... Et le messager de l’alliance que vous désirez, voici qu’il vient, dit l 'Éternel

des armées. » Malachie 3 :1

- 7. Après cela un ange venu du ciel tenant à la main une clef et une grande chaîne saisira le dragon, le serpent ancien c’est à dire le Diable /Satan et le liera pour une période de mille ans et le jettera dans l’abîme et le fermera. Apocalypse 20 :1-2 ( NB. Évènements encore à venir !)

- 8. « Ils (âmes* de ceux qui étaient morts...) seront des sacrificateurs de Dieu et du Christ et régneront avec Christ, pendant mille ans. »Apocalypse 20 :4-6


La suite de ce qui arrivera après le royaume de1000 ans (mille ans) fera l’objet d’une contribution ultérieure » ---

./.


Aucun commentaire: