Produisez
les fruits que le monne attend de vous
|
Le frère Elias Bucumi, s'est efforcé pour nous transmettre son enseignement par écrit chose qu'il fait normalement par audio et en Kirundi. Il envoie quotidiennement à tous ceux qui le désirent un message audio par WhattsApp en Kirundi. Si vous êtes intéressé, contactez-le au Nr suivant ni +25779950168
Tanga ivyamwa isi ikwitezeko Bohoka du 27/6/17 Matayo 5:13 Haratwerekako turi umunyu wisi . Tugasangamwo n'akarorero ko turi amatara (umuco) .Umunyu uri mubiryosha ibifungurwa kandi ahar'umwiza harakenerwa umuco. Isi irakwitezeko uyibera umunyu ntuyibere umururazi kandi iriteze ko ahuri ko haba umuco ntuyibere umwiza. Ntunyegeze ico urico isi ikwitezeko ivyiza. Mwirirwe Bohoka du 29/6/17 Gutanga ivyamwa isi ikwitezeko Ijambo ry'urufatiro riri muri Matayo 5:13. N'aho igiti cototahara canke umurima ugasa neza, uwagiteye ntaba akeney e ugusaneza gusa aba yiteze ivyamwa kurico Twame imbuto zikwiranye no kwihana isi nico itwitezeko coyibera ciza .Itandukanye n'abandi mu kugaragaza urubuto ruri muri wewe ruzane ivyamwa |
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire