Hilaire Nininahazwe |
Communication importante de Parle de Paix et de Réconciliation PPR
Chers bien aimés,
C'est pour moi un honneur de
servir Dieu sur et en dehors du net.
Cela fait plusieurs mois
voire même une année que je suis au jour le jour les messages de
Bohoka. Dès le premier jour j'ai senti dans mon coeur que le
message n'était pas seulement destiné à ceux qui comprennent et/
ou parlent le Kirundi.
Je me suis mis aussitôt à
partager ces messages à tous ceux qui parlent Kirundi et
Kinyarwanda. De nombresuses personnes bien aimées m'ont demandé
de les ajouter au groupe de ceux qui recoivent Bohoka
régulièrement. Je suis très fier pour vous et loue le Seigneur
pour cela.
Si vous vous rappelez un peu
de la description de notre appel que d'aucun nomment ministère, nous encourageons et soutenons les églises et les serviteurs
de Dieu à faire avancer l'oeuvre de Dieu. C'est dans ce cadre que nous
venons d'accepter de prendre la responsabilité de traduire en
Francais les messages diffusés par les Studios
Bohoka par le canal du frère Bucumi Elias.
Malheureusement le travail
que nous faisons s'opère en différé. Comme les émissions
Bohoka nous sont transmises par WhattsApp cela demande du temps
pour les traduire. Nous ne sommes pas encore en mesure de pouvoir
vous les présenter en Audio. Avec l'aide de Dieu nous sommes
certain que nous arriverons à faire sa volonté.
Au même moment, nous
partageons volontiers les messages que d'autres serviteurs de Dieu
qui s'inscrivent dans la ligne et l'optique des enseignements que
Parole de Paix et de Réconciliation.
C'est ainsi que nous
transmettons les messages audio que le Pasteur Iyakaremye Prosper
nous fait parvenir régulièrement. Ces derniers parlent des derniers temps que
nous vivons en ce moment.
Nous sommes en contact avec
d'autres serviteurs de Dieu. Nous échangeons souvent et prions
les uns pour les autres. Je profite de l'occasion pour vous
transmettre les saltations fraternelles de l'équipe PPR partout
où vous vous trouvez.
Vous êtes cordialement
invités tous à contribuer à l'oeuvre du Seigneur selon que le
Saint- Esprit vous conduit. Que chacun se sente concerné.
Soyez bénis au Nom du Père,
du Fils et du Saint- Esprit.
NB.: Pour ceux qui
souhaitent nous joindre dans un de nos groupes de diffusion
WhattsApp en Kirundi/ Kinyarrwanda, Francais et Allemand, nous vous invitons à nous préciser la langue qui vous arrange le plus. Pour les anglophones il y a une possibilité pour eux de
recevoir nos messages Tweet à l'adresse suivante: @nininahazwe7
|
Ijambo
ry'umurimo w'Ijambo ry'Amahoro no Gusubiza Hamwe.
Ncuti, bakunzi,
n'iteka kuri twebwe gukorera
Imana ku buhinga ngurukanabumenyi co kimwe no mu buzima bwa misi
yose.
Harahaze igihe cababa canke
kinarenga umwaka ndonse ubutumwa bwa mbere bwa Bohoka. Kuva uwo
munsi bwaranshitse ku mutima nca ntangura mbere
kuburungikira abandi ku munsi ku munsi.
Hari abantu benshi bansavye
yuko nokwama ndabarungikira. Nama ndabinererwa na ntaryo.
Ndabakunda ncuti zanje kandi numva nishimye kubona mukunda kuronka iyi ngaburo y'Ijambo ry'Imana.
Nkuko twabishikirije mu gihe
cahise twebwe dushigikira amashengero hamwe n'abakozi b'Imana
gutez'imbere umurimo w'Imana. Ni muri iyi ntumbero twaraye twemeye
kuzohora duhindura ibutumwa bwa Bohoka mu rurimi rw'igifaransa
bitegurwa bikongera bigashikirizwa na mwene Data Eliasi Bucumi.
Hariho akantu gatoya
kakitugoye ntituratora uburyo bwokubashikiriza ubutumwa bwa
Bohoka ku munsi ku munsi nkuko tuburonka kuri whattsApp. Ikindi
cipfuzo dufise tutarashikako n'ukubushikiriza mu majwi avuga kuko
bisaba ubuhinga tudafise muri kano kanya. Ntidukekeranya yuko
Imana Idufashije tuzobishikako
Twigiriye inama yo
kubashikiriza ubutumwa bushikirizwa n'abakozi b'Imana twisunze
intumbero y'igikorwa dusanzwe tukoreramwo citwa Ijambo ry'Amahoro
no Gusubiza Hamwe
Ni muri iyo ntumbero tumaze
iminsi tubashikiriza ubutumwa buvuga ku bihe vya nyuma
dushikirizwa na Pasitori Iyakaremye Prosper.
Hari n'abandi bakozi b'Imana
dufitaniye imigenderanire myiza kandi dusengeranira. Tuboneyeho
n'akanya kokubatasha aho muri hose mw'izina ry'abanywanyi
n'abakunzi ba PPR.
Mwese ndabatumiye kandi
ndabingingira gukora uko mushoboye kwose kugira mushigikire
igikorwa c'Imana mukurikije uko Mpwemu Yera azobashoboza. Nta
n'umwe ar'umushitsi mur'uyo murimo udasobanura.
Muragahezagirwa kw'Izina rya
Data, Mwana na Mpwemu Yera.
N.B.: Kubupfuza kuzohora
baronka ubutumwa bwa WhattsApp mu Kirundi/Kinyarwanda, mu
Gifaransa canke mu Kidagi musabwe kubitumenyesha.
Ku bavuga Icongereza mushobora kuronka ubutumwa bwanyu
kira munsi kuri Tweeter kuri @nininahazwe7
|
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire