Appel à la paix au Burundi - Akamo k'amahoro ku Burundi




 
Chers bien aimés dans le Seigneur,

Chers lecteurs, chers compatriotes,

C'est avec consternation que nous suivons ce qui se passe au Burundi en ce moment. Nous lançons un appel à quiconque veut nous écouter d'éviter d'obéir au Diable qui cherche à nous manipuler.

Aucune justification ne nous autorise à nous associer à la machine qui crée en ce moment désordre et désolation. La seule intervention recommandable c’est celle-ci :

« Délivre ceux qu'on traîne à la mort, Ceux qu'on va égorger, sauve-les!

Si tu dis: Ah! Nous ne savions pas!... Celui qui pèse les cœurs ne le voit-il pas? Celui qui veille sur ton âme ne le connaît-il pas? Et ne rendra-t-il pas ? Chacun selon ses œuvres?» Proverbes 24 ,11-12

Evitez la violence dans toutes ses formes s'il vous plaît !

Nous vous encourageons avec cette Chanson de notre soeur Kirundiphone Kilahiro



https://m.youtube.com/watch?v=BCtboyCT6bU


Bakunzi,
Basomyi bacu,
namwe Barundi n'abarindikazi,

turababajwe cane no kubona ibiriko birabera mu gihugu cacu c'Uburundi. Nico gituma tubateye akamo mwese ngo mwirinde guhendwa na wa Mubi agomba kudusubiza mwihumbi. Nta gituma na kimwe kiriho kidutegeka kwisuka mubiriko biraba akaba ari navyo biteye uruhagara.

Ico turekuriwe ni kimwe: "Urokore abo bashorewe bajanwa kwicwa, n'abagenda bacitse intege bajanwa gutikizwa, ntubure kubatabara. Niwavuga, ut'erega ntitwari tubizi: Mbega ugera imitima ku munzane ntavyiyumvira? Mbega ntazokwishura umuntu wese ibikwiranye n'ivyo yakoze?" Imagani 24,11-12

Nimwitandukanye n'ico cose kijanye n'ugukoresha igikenye n'agahotoro.

Muremeshanye na kano karirimbo ka mwene Data Kilahiro


https://m.youtube.com/watch?v=BCtboyCT6bU  (Sinzogira ico ntinya)





Aucun commentaire: