Joyeuse fête de Pâques - 2022

Bakunzi banje,

Umwe mu minsi mikuru iruta iyindi ku citwa umukristo n 'uyu w'izuka rya Yesu Kristo. Umuntu nta nkeka agifise kubijanye no kwemera yuko hariho ubuzima inyuma y'urupfu.Nobasaba yuko musoma inzandiko zacu zo muri 2006 na 2014.

Yesu yazutse

Turonse akanya ko kubivuga.

ntari hano, kuko yazutse, nk'uko yavuze. Ngo murabe aho umwami yari aryamye.  Ni mukwakwanye mubwire abigishwa biwe yuko yazutse mu bapfuye, kandi azobitangira imbere kuja i Galilaya, iyo ni ho muzomubonera. Nuko ni ivyo, ndabibabwiye. „ Matayo 28,6-7

Nkuko twabivuze aho hambere, umunsi mukuru w'izuka rya Yesu Kristo benshi bita Pasika (Passover = Kujabuka) nirwo rufatiro rw'ukwizera kw'abakristo. Utwibutsa ikimenyetso kiruta ibindi y'ico Imana yatwemereye. Yatwemereye ubugingo budashira abicishije muri Yesu Kristo. Uyo niwe yaje mw'isi kugira ngo iryo sezerano rishike.

Kandi twese twahawe ku vyuzuye muri we, tugirirwa ubuntu bugerekeranye n'ubundi.  Kuko ivyagezwe vyazanywe na Mose, ubuntu ni ukuri vyazanywe na Yesu Kristo.  Nta muntu yigeze kubona Imana na rimwe; Umwana w'ikinege aba mu gikiriza ca Se ni we yayimenyekanishije.  „ Yohana 1, 16-18

Yaje atuzaniye inahuri idushikana iyo dutegerezwa kuja. Yaraturokoye tukiri abagurano b'icaha. Uwamwakiriye wese ntazopfa rubi ahubwo azobona ubugingo budashira.

Kuko Imana yakunze urukundo abari mw'isi ari rwo rwatumye itanga umwana wayo w'ikinege, ngo uwumwizera wese ntazopfe rubi, ariko ahabwe ubugingo budashira. "

Yohana 3:16

"Kuko Imana yakunze urukundo abari mw'isi ari rwo rwatumye itanga umwana wayo w'ikinege, ngo uwumwizera wese ntazopfe rubi, ariko ahabwe ubugingo budashira." Yohana 3:16

Kuko ni waturisha akanwa yuko Yesu ari Umwami, ukizera mu mutima yuko Imana yamuzuye imukuye mu bapfuye, uzokizwa;  „ Abaroma 10,9



Chers bien aimés,

L'une des plus importantes fêtes pour tous ceux qui se nomment chrétiens c'est bien la resurrection de Jésus-Christ.  L'homme n'a plus de doute quant à l'existence de la vie après la mort. Permettez-moi de vous renvoyer aux textes de 2014 et 2006 pour mieux comprendre.

Jésus-Christ est ressuscité, c’est encore une fois l'occasion de le dire.

Il n'est point ici; il est ressuscité, comme il l'avait dit. Venez, voyez le lieu où il

était couché, et allez promptement dire à ses disciples qu'il est ressuscité des morts.

Et voici, il vous précède en Galilée: c'est là que vous le verrez. Voici, je vous l'ai dit. “

                                            Matthieu 28, 6-7

Comme nous avons eu à le mentionner par le passé la fête de Pâques est la base de la foi chrétienne. Elle nous rappelle la plus grande illustration de la promesse de Dieu: Il nous a promis la vie  éternelle et nous en avons eu la révélation à travers Jésus-Christ qui est venu sur terre pour nous rendre dignes de cette promesse.

Et nous avons tous reçu de sa plénitude; et grâce pour grâce; car la loi a été donnée par Moise, la grâce de la vérité sont venues par Jésus-Christ. Personne n'a jamais vu Dieu: Le Fils unique, qui est dans le sein du Père, est celui qui l'a fait connaître.” Jean 1,16-18

On peut bien dire qu'il est venu avec le billet qui nous emmène à destination. Il nous a rachetés alors que nous étions vendus au péché.

Quiconque le reçoit ne périra point mais aura la vie éternelle

Car Dieu a tant aimé le monde qu'il a donné son Fils unique, afin que quiconque croit en lui ne périsse point, mais qu'il ait la vie éternelle.” Jean 3,16

“ Si tu confesses de ta bouche le Seigneur Jésus, et si tu crois dans ton cœur que Dieu l'a ressuscité des morts, tu seras sauvé.” Romains 10, 9





Aucun commentaire: