BURUNDI - Ubutumwa bwokuremesha - Message d'encouragement

Bene Data, Barundi, Burundikazi,
 
urubuga rwa Internet "Ijambo ry 'Amahoro n'Ugusubiza hamwe" rurahagaritse umutima kubera Ibiriko birabera mu Burundi . Twebwe nk'abizera ko Yesu Kristo ari  igihe n'iki co kuremesha abarushe no gusaba abo bose bafise ico boshobora guterera kugira amahoro agaruke ngo bagikore bisunze ubugombe bw'Uhoraho Yesu Kristo yatwigishije kugira amarira n'umuruho bihagarare. Ijambo ry'Imana ritubwira riti:
 
" Hahirwa ababanguranya (abaremesha Amahoro) kuko aribo bazokwitwa abana b'Imana."Matayo 5,9
 
Chers bien aimés, chers compatriotes burundais,
 
Les évènements en cours au Burundi préoccupent au plus haut point "La Parole de Paix et de Réconciliation". Nous en tant que chrétiens, nous lancons un appel pour consoler et encourager ceux qui sont en peine. Nous demandons à tous ceux qui peuvent contribuer à faire quelque chose et ce, selon la volonté de Dieu Tout Puissant selon que Jésus- Christ nous a enseigné, de le faire pour que la paix et le calme reviennent au Burundi  et que les pleurs et la souffrance cessent. La Parole de Dieu dit ceci, rappelons-nous:
 
" Heureux ceux qui procurent la paix, car ils seront appelés fils Dieu."Matthieu 5,9 
 
Votre bien aimé Hilaire Nininahazwe
 
 
 
 
 

Aucun commentaire: