Igihe n'iki - Intahe ya mwene Data Melyse


Mwene Data Melyse afise intahe ikomeye cane. Iraba umuntu wese nawe urimwo. Muri ino video asigura ukuntu Imana yamutabaye Ikamutegeka gukizwa neza atari bimwe vy'akazuyazi. Ashinga intahe avuga n'ukuntu Imana yamurinze urupfu. Turashimiye mwene Data wa " Les 12 ouvriers" yatugejejeho iyi video. 

 

Aucun commentaire:

 Chers bien aimés dans le Seigneur Jésus- Christ, je suis heureux de vous retrouver encore une fois sur notre page. Pour des raisons techniq...