Mubabarire ababagiriye nabi.

Kubabarira s'impanuro n'itegeko. Egome kubizera n'itegeko. Kabatizera ariko bo n'ibindi. Itegeko ry'ijuru riratandukanye n'itegeko ry'isi yose yahana ababi.Niba Imana yaremye Ijuru n'isi ari nziza kubeza n'ababi ico buza abantu gukora gurtyo?

Nta kinyegezwa kirimwo twese twarabaye mu bihe bibabaje vyatumye twese twisanga turi mu bakozweko n'ivyago. Mu karere kacu, ibihugu abantu benshi bararuhijwe.

Twarananije abandi natwe ntitwera n'aho umutumanama woba utariko uranyagiriza ushimitse ukuri n'uko. Muri twebwe harimwo ababa impinga kubera ababibateye. Abantu benshi bararuhishijwe uburyo bwinshi n'ubu bafise ibikomere n'ubwoba.

Afrika mu Igicapo ca Wikipedia

Ubu dufise Yesu Kristo nk'Umwami n'Umukiza wacu. Ubu twavutse ubugira kabiri twabaye ibiremwa bishasha. Inzira turimwo iturongora itujana muu rwego rwokugirira inyifato canke ishusho y'Imana. Yesu Kristo amaze kutubabarira, yaduhaye Mpwemu Yera ngw'atuyobore.

Ikituraje ishinga nk'uko twabivuze n'imbabazi n'ukubabarirana. Mbega twarababariye abatugiriye nabi bose? Iyo twanse guharira uri uwizera ntuba uri kumwe n'Imana vy'ukuri dushobora n'uguhanwa.

Uduhebere imyenda yacu, nk'uko natwe twahebeye abari mu myenda; kandi ntutujane mu bitwosha na nabi,arik udukize wa mubi... Ariko ni mutaharira abantu ivyaha vyabo, na So na we ntazobaharira ivyaha vyanyu. „ Matayo 6,12 -15

Yesu Kristo yaramenyesheje intumwa ziwe azibwira ati ikigongwe kiboneka iyo umuntu ababarira abandi. Igihe Yesu Kristo yariko arababara cane, yasabiye imbabazi abariko baramugirira nabi: „Yesu aravuga, ati Data, n'ubaharire, kuko batazi ico bakora. Bagabura impuzu ziwe, barazipfindira.“ Luka 23,34

Nabonye yuko twama twanka guhariranira. Nisanze hariho abantu twavpfuye utuntu tw'ubusa nko „kwikahusha“, ugasanga havutse ukudakundana. Mbere nisanze abantu nk'abo ntakibitwararitse eka mbere nja kure yabo nk'utabakunda. Numva bitonkundira gukorana nabo kubera uguharira guke.

Ijambo ry'Imana ritubwira ibi: „ Nukw ivyo mugomba kw'abantu babagirira vyose mube ari ko mubagirira namwe; kukw'ivyo ar'ivyo vyagezwe nivy'abavugishijwe n'Imana.“ Matayo 7,12

Nimwaramukanya n'incuti zanyu gusa, abandi muzoba mubarusha iki? Abanyamahanga bo si ko bagira? Mwebwe ni mube agahore, nk'uko So wo mw'ijuru ar'agahore. “ Matayo 5,47-48

Natahuye yuko ukubabarira kuva ku rukundo.

Iryo ni ryo rihambaye rya mbere. Har'irindi rya kabiri rimeze nka ryo, n'irindi mukunde bagenzi banyu nk'uko mwikunda.

Kur'ayo mabwizrizwa yompi ivyagezwe vyose n amajambo y abavugishwa n Imama ni yo vyenenako.„ Matayo22,38-40

Intumbero yanje n ukubararikira kubabarira abantu bose kandi ku kantu kose.hari uwohava yibaza ati mbega bizogenda gute mu kubabarira.

N'ukuvyizera hanyuma tukavyatura nk'uko iri jambo ribitwemeza. „ Kuko ni waturisha akanwa yuko Yesu ari Umwami, ukizera mu mutima yuko mana yamuzuye imukuye mu bapfuye uzokizwa. Kuko umutima ariwo umuntu yizeresha, akaronka kugororoka kandi akanwa akaba ariko yaturisha, akaronka agakiza...“ Abaroma 10, 9-11

Harongera hakajako n'aya majambo: kandi ico muzosaba cose mw'izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data ashimagizwe mu Mwana“ Nimwagira ico musaba mw'izina ryanje, nzogikora.“Yohana 14,14

Ico nsaba Uhoraho n'uko yonshoboza kubabarira mw'Izina rya Yesu Kristo

./.

Pardonnez à ceux/celles qui vous offensé.

Ceci n'est pas une faveur mais c'est un devoir. J'allais dire que c'est un devoir pour les croyants mais non ceci est aussi valable pour les incroyants. La loi divine tout comme la loi de la nature sanctionnent les méchants. Si Dieu, Créateur de l'univers et tout ce qui se trouve est bon pour les bons et les méchants pourquoi l'homme ferait le contraire?

Ce n'est un secret à personne nous avons tous vécu des situations malheureuses où nous nous sommes retrouvés victimes c'est à dire d'autres nous ont fait souffrir. Nous avons également fait souffrir les autres mêmes si notre conscience ne le rappelle pas avec consistance. Dans notre région d'origine, nombreux ne sont pas non seulement victimes de maltraitances banales mais des meurtres des proches et/ou des crimes divers. Certains d'entre nous se retrouvent vivre loin de chez eux à cause des blessures ou des menaces.

Maintenant nous avons recu Jésus-Christ comme notre Seigneur et Sauveur. Dès lors que nous sommes nés de nouveau nous sommes devenus de nouvelles créatures. Nous aspirons à avoir la même nature que Dieu. Après nous avoir sauvés et pardonné en Jésus-Christ, Il nous a donné Son Esprit pour nous guider.

La question qui nous préoccupe comme précisé dans le titre c'est le pardon. Avons-nous pardonné réellement pardonné à tous ceux qui nous ont offensé? Il est vrai que en tant que croyants nous sommes conscients qu'une fois que nous refusons de pardonner nous nous exposons et nous ne sommes pas en intelligence avec la Parole de Dieu.

Pardonne-nous nos offenses, comme nous aussi nous pardonnons à ceux qui nous ont offensés. Si vous pardonnez aux hommes leurs offenses, votre Père céleste vous pardonnera aussi; mais si vous ne pardonnez pas aux hommes, votre Père ne vous pardonnera pas non plus vos offenses. „ Matthieu 6,12 -15 LSG

Jésus-Christ a tenu à souligner aux disciples qu'ils recoivent le pardon si et seulement-ci ils pardonnent aux autres.

Alors que Jésus-Christ souffrait énormément, il plaida pour ses bourreaux: „Jésus dit: Père, pardonne-leur, car ils ne savent ce qu'ils font. Ils se partagèrent ses vêtements, en tirant au sort. " Luc 23,34

Je me suis rendu compte que nous refusons de pardonner les autres. J'ai recensé à mon actif je me suis rappelé d'un certain nombre de personnes qui m'ont ( à des occasions diverses) caché le regard ou refusé de me saluer en présence des personnes qui leur sont plus proches. Je me suis rendu compte que je me suis alors distancé discretement d'elle. A vrai dire j'ai réalisé que je n'étais pas vraiment prêt à leur rendre service comme je le fais volontiers.

Tout naturellement, je ne souhaiterais pas que quelqu'un me traite ainsi. Or, la Parole de Dieu nous dit:“ Tout ce que vous voulez que les hommes fassent pour vous, faites-le de même pour eux, car c'est la loi et les prophètes.“ Matthieu 7,12

Et si vous saluez seulement vos frères, que faites-vous d'extraordinaire? Les païens aussi n'agissent-ils pas de même? Soyez donc parfaits, comme votre Père céleste est parfait.“ Matthieu 5,47-48

J'ai compris en réalité que le pardon relève de l'amour.

C'est le premier et le plus grand commandement. Et voici le second, qui lui est semblable: Tu aimeras ton prochain comme toi-même. De ces deux commandements dépendent toute la loi et les prophètes. „ Matthieu 22,38-40

Mon message vous invite à pardonner à tout la monde et pour tout. D'aucuns pourraient se poser la question de savoir comment pardonner.

Il suffit de le proclammer et d'y croire au Nom de Jésus- Christ comme nous croyons en ce passage.

Si tu confesses de ta bouche le Seigneur Jésus, et si tu crois dans ton coeur que Dieu l'a ressuscité des morts, tu seras sauvé. Car c'est en croyant du coeur qu'on parvient à la justice, et c'est en confessant de la bouche qu'on parvient au salut...“ Romains 10, 9-11

Du reste, N'est-ce pas que ce passage est pour nous?

et tout ce que vous demanderez en mon nom, je le ferai, afin que le Père soit glorifié dans le Fils. Si vous demandez quelque chose en mon nom, je le ferai. Matthieu Jean, 14,13

Je demande à l'Eternel de me rendre capable de pardonner sincèrement au Nom de Jésus-Christ de Nazareth.

                                   ./.

Aucun commentaire: