Imburi |
Avertissement |
Ncuti, bakunzi banje, akarere k'ibiyaga bigari vyo muri Afrika yo mu Buseruko, aho mwotahura ko ari akarere bavuga ururimi rw'ikirundi n'indimi bifitaniye isano bo mu Rwanda, Ubugande, Tanzaniya na Kongo hariko havurwa cane ubutumwa bw'ikanguro bushikirizwa n'umukoi w'Imana yitwa Ancilla Barutwanayo. Imana yamurungikanye ubutumwa bwo guhamagarira abantu bose na cane abo mu mashengero kwihana ivyaha vyabaye ndanse mu gihugu no mw'Ishengero rya Kristo. Arahamagarira cane abarongoye amashengero hamwe n'abakristo kwihana kuko ngo bidibamiye mu caha mbere bamwe muribo bakaba baragurishije imitima yabo kwa Satani. Aragabisha umwe umwe wese avuga ati kubera Imana yashegeshwe n'ayo mahano yiteguriye guhana bimwe bikomeye abo bose bayigararije. |
Chers bien aimés, la région des Grands Lacs de l'Afrique de l'Est et surtout dans la zone Kirundophone, entendez ici le Burundi, le Rwanda, l'Ouest de la Tanzanie, le Sud de l'Ouganda, et l'Est de la République Démocratique du Congo, est en train de vivre des moments intenses avec la servante de Dieu Madame Ancille Barutwanayo. Elle a un message de repentence pour tout le monde et surtout pour les enfants de Dieu. Elle est porteuse d'un message très fort que Dieu lui a confié qui dénonce avec véhemence le péché qui est sédentarisé dans l'Église du Christ. Elle dénonce les responsables des églises et les chrétiens qui se sont embourbés dans le péché et/ ou vendu leur âme au Diable. Elle annonce que Dieu est fâché contre ces agissements. Elle a été chargée d'avertir tout le monde et surtout à l'Église que Dieu est sur le point de venir frapper tous ceux qui se sont rebellés contre Lui. |
http://freesites.ourchurch.com/w/WordofPeaceandreconciliation/
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire